Zaburi 37:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Itegeko ry’Imana yiwe riri mu mutima wiwe+;Intambuko ziwe ntizizonyoganyoga+. Abaheburayo 10:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 “‘Iri ni ryo sezerano nzosezerana kuri bo inyuma y’iyo misi,’ ni ko Yehova avuga. ‘Nzoshira amategeko yanje mu mitima yabo, kandi mu mizirikanyi yabo ni ho nzoyandika+,’”
16 “‘Iri ni ryo sezerano nzosezerana kuri bo inyuma y’iyo misi,’ ni ko Yehova avuga. ‘Nzoshira amategeko yanje mu mitima yabo, kandi mu mizirikanyi yabo ni ho nzoyandika+,’”