Abaroma 15:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 kugira ngo mbe umukozi akorera abantu wa Kristu Yezu ku mahanga+, akora igikorwa ceranda c’inkuru nziza+ y’Imana, kugira ngo ishikanwa+, ni ukuvuga, ayo mahanga, riboneke ko ryemerwa+, ryejejwe biciye ku mpwemu nyeranda+. 1 Abakorinto 3:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 None Apolo+ ni iki? Nkako, Paulo ni iki? Ni abasuku+ vyaciyeko kugira mube abemera, nk’uko Umukama yahaye umwe wese.
16 kugira ngo mbe umukozi akorera abantu wa Kristu Yezu ku mahanga+, akora igikorwa ceranda c’inkuru nziza+ y’Imana, kugira ngo ishikanwa+, ni ukuvuga, ayo mahanga, riboneke ko ryemerwa+, ryejejwe biciye ku mpwemu nyeranda+.
5 None Apolo+ ni iki? Nkako, Paulo ni iki? Ni abasuku+ vyaciyeko kugira mube abemera, nk’uko Umukama yahaye umwe wese.