Abafilipi 2:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Mugabo rero, naho nyene ndiko ndasukwa nk’ishikanwa ry’ikinyobwa+ ku kimazi+ no ku gikorwa gikorerwa abantu ari na vyo ukwizera kwabashikanyeko+, ndahimbawe kandi nkanezeranwa+ namwe mwese.
17 Mugabo rero, naho nyene ndiko ndasukwa nk’ishikanwa ry’ikinyobwa+ ku kimazi+ no ku gikorwa gikorerwa abantu ari na vyo ukwizera kwabashikanyeko+, ndahimbawe kandi nkanezeranwa+ namwe mwese.