ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Matayo 4:23
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 23 Maze agendagenda+ i Galilaya+ hose, yigisha mu masinagogi+ yabo yongera yamamaza inkuru nziza y’ubwami, akiza n’indwara+ z’ubwoko bwose be n’ubumuga bw’ubwoko bwose mu bantu.

  • Mariko 1:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 1 Intango y’inkuru nziza yerekeye Yezu Kristu:

  • Ivyakozwe 20:24
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 24 Yamara rero, simbona ubuzima bwanje nk’uburi n’ico bumaze, nk’aho ari ubw’agaciro kuri jewe+, ahubwo riho icompa nkarangiza urugendo rwanje+ n’ubusuku+ nahawe+ n’Umukama Yezu, ni kwo gushingira intahe inogangije inkuru nziza ya bwa buntu ata wari abukwiriye bw’Imana+.

  • Abanyefeso 6:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 ibirenge+ vyanyu na vyo vyambaye inkuru nziza y’amahoro+ nk’inkweto.

  • Ivyahishuwe 14:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Maze mbona uwundi mumarayika aguruka hagati mu kirere+, kandi yari afise inkuru nziza+ y’ibihe bidahera yo gutangaza nk’amakuru y’akamwemwe ku baba kw’isi, no kw’ihanga ryose n’umuryango wose n’ururimi rwose n’igisata cose+,

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika