Abaroma 11:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Ubu na ho ndabwira mwebwe abanyamahanga. Kubera ko mu vy’ukuri ndi intumwa+ ku mahanga+, ndaninahaza+ ubusuku bwanje+, Abagalatiya 2:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Ahubwo riho, aho baboneye yuko nari najejwe+ inkuru nziza ku bw’abatagenyerewe+, nk’uko Petero yari yayijejwe ku bw’abagenyerewe+— Abagalatiya 2:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 kuko Umwe yaha Petero ububasha bwa nkenerwa ku bw’ibanga ryo kuba intumwa ku bagenyerewe ari na we yampaye ububasha+ ku bw’abo mu mahanga;
13 Ubu na ho ndabwira mwebwe abanyamahanga. Kubera ko mu vy’ukuri ndi intumwa+ ku mahanga+, ndaninahaza+ ubusuku bwanje+,
7 Ahubwo riho, aho baboneye yuko nari najejwe+ inkuru nziza ku bw’abatagenyerewe+, nk’uko Petero yari yayijejwe ku bw’abagenyerewe+—
8 kuko Umwe yaha Petero ububasha bwa nkenerwa ku bw’ibanga ryo kuba intumwa ku bagenyerewe ari na we yampaye ububasha+ ku bw’abo mu mahanga;