Zaburi 56:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Nzoshemeza ijambo ry’Imana nunze ubumwe na yo+.Mu Mana ni ho nashize ivyizigiro vyanje; sinzotinya+.Umuntu buntu* yongira iki+? Abaheburayo 13:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Ku buryo dushobora kugira umutima rugabo+ tukavuga duti: “Yehova ni umutabazi wanje; sinzotinya. Umuntu yongira iki+?”
4 Nzoshemeza ijambo ry’Imana nunze ubumwe na yo+.Mu Mana ni ho nashize ivyizigiro vyanje; sinzotinya+.Umuntu buntu* yongira iki+?
6 Ku buryo dushobora kugira umutima rugabo+ tukavuga duti: “Yehova ni umutabazi wanje; sinzotinya. Umuntu yongira iki+?”