Yesaya 51:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 “Jewe—jewe ni je ndabahoza+. “Uri nde ngo utinye umuntu buntu azopfa+, n’umwana w’abantu azogirwa nk’ivyatsi bitoto+?
12 “Jewe—jewe ni je ndabahoza+. “Uri nde ngo utinye umuntu buntu azopfa+, n’umwana w’abantu azogirwa nk’ivyatsi bitoto+?