Yesaya 49:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Nimwihe akamo k’akamwemwe mwa majuru+, unezerwe nawe si+! Imisozi nigire akamwemwe n’akamo k’urweze+. Kuko Yehova yahojeje abantu biwe+, kandi yumvira ikigongwe abarushwa biwe+. Yesaya 66:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Kurya kw’umuntu aguma ahozwa na nyina wiwe, ni ko namwe nzoguma ndabahoza+; kandi mu bijanye na Yeruzalemu, muzohozwa+.
13 Nimwihe akamo k’akamwemwe mwa majuru+, unezerwe nawe si+! Imisozi nigire akamwemwe n’akamo k’urweze+. Kuko Yehova yahojeje abantu biwe+, kandi yumvira ikigongwe abarushwa biwe+.
13 Kurya kw’umuntu aguma ahozwa na nyina wiwe, ni ko namwe nzoguma ndabahoza+; kandi mu bijanye na Yeruzalemu, muzohozwa+.