Yesaya 12:1 Bibiliya y’isi nshasha 12 Kandi kuri uwo musi+ ntuzobura kuvuga uti: “Nzogukengurukira, ewe Yehova, kuko naho wandurumbiye ishavu, ishavu ryawe ryahavuye risubira inyuma+, urampoza+. Yesaya 40:1 Bibiliya y’isi nshasha 40 “Nimuhoze, nimuhoze abantu banje,” ni ko Imana yanyu ivuga+. Yesaya 66:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Kurya kw’umuntu aguma ahozwa na nyina wiwe, ni ko namwe nzoguma ndabahoza+; kandi mu bijanye na Yeruzalemu, muzohozwa+.
12 Kandi kuri uwo musi+ ntuzobura kuvuga uti: “Nzogukengurukira, ewe Yehova, kuko naho wandurumbiye ishavu, ishavu ryawe ryahavuye risubira inyuma+, urampoza+.
13 Kurya kw’umuntu aguma ahozwa na nyina wiwe, ni ko namwe nzoguma ndabahoza+; kandi mu bijanye na Yeruzalemu, muzohozwa+.