ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 35:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Nimukomeze amaboko ya goyigoyi, mushikamishe amavi anyoganyoga+.

  • Yesaya 49:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Nimwihe akamo k’akamwemwe mwa majuru+, unezerwe nawe si+! Imisozi nigire akamwemwe n’akamo k’urweze+. Kuko Yehova yahojeje abantu biwe+, kandi yumvira ikigongwe abarushwa biwe+.

  • Yesaya 51:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Kuko Yehova atazobura guhoza Siyoni+. Ata gukeka azohoza ibibanza vyaho vyose vyatikijwe+, agahinga kaho akagire nka Edeni+, ikiyaya c’ubugaragwa caho na co nk’umurima wa Yehova+. Umwigino n’umunezero ni ho bizosangwa, ugukenguruka n’ijwi ry’agahibongozo+.

  • Zakariya 1:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Nuko Yehova yishura nya mumarayika yariko avugana nanje, amwishura amajambo meza, amajambo ahumuriza+;

  • 2 Abakorinto 1:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Hahezagirwe Imana ikaba na Se+ w’Umukama wacu Yezu Kristu, Se w’imbabazi zuzuye ikibabarwe+ ikaba n’Imana y’uruhoza+ rwose,

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika