ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 44:26
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 26 Umwe atuma ijambo ry’umusavyi wiwe riranguka, n’Umwe ashitsa neza impanuro y’intumwa ziwe+; Umwe avuga kuri Yeruzalemu ati: ‘Abantu bazohaba+,’ ku bisagara vya Yuda na vyo ati: ‘Bizosubira kwubakwa+, n’ibibanza vyaho vyacitse umusaka nzobivyura+’;

  • Yesaya 61:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Bazosubira koko kwubaka ibibanza bimaze igihe kirekire vyaratikijwe+; bazoduza ibibanza vyagizwe umusaka vya kera+, kandi bazosanura koko ibisagara vyatikijwe+, ibibanza vyagizwe umusaka uko iyaruka ryagiye rikurikira irindi.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika