ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 102:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Wewe ubwawe uzohaguruka, uzogirira imbabazi Siyoni+,

      Kuko ari co kiringo co kuyigirira ivyiza,

      Kuko igihe cashinzwe gishitse+.

  • Yesaya 66:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Kurya kw’umuntu aguma ahozwa na nyina wiwe, ni ko namwe nzoguma ndabahoza+; kandi mu bijanye na Yeruzalemu, muzohozwa+.

  • Yeremiya 31:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Bazoza koko bihe akamo k’umunezero bari ahakirurutse ha Siyoni+, bakayangane kubera ukumera neza kwa Yehova+, kubera intete no kubera umuvinyu mushasha+ no kubera amavuta no kubera imyagazi y’umukuku n’inyana z’inka+. Kandi bazoba nk’umurima uvomerewe neza+, ntibazosubira kuba goyigoyi+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika