ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ezira 3:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Ku bw’ivyo abantu ntibashobora gutandukanya ijwi ry’akaruru k’umunezero+ n’ijwi ry’ukurira kw’abantu, kuko abantu bariko bavuza akaruru n’ijwi rirenga, kandi iryo jwi ryarumvikana gushika kure cane.

  • Zaburi 126:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 126 Igihe Yehova yagarukana imbohe za Siyoni+,

      Twabaye nk’abariko bararota+.

  • Yesaya 51:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Maze abacunguwe ba Yehova bazogaruka, bashike i Siyoni n’akamo k’umunezero+, kandi umunezero wo gushika igihe kitagira urugero uzoba ku mutwe wabo+. Bazoshikira umwigino n’umunezero+. Intuntu n’umuniho ntibizobura guhunga+.

  • Ezekiyeli 20:40
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 40 “‘Kuko ku musozi wanje mweranda, ku musozi w’ahakirurutse wa Isirayeli+,’ ni ko Umukama Segaba Yehova avuze, ‘ari ho ab’inzu ya Isirayeli yose uko ingana bazonkorera, mu gihugu+. Aho ni ho nzohimbarwa na bo, kandi ni ho nzosabira intererano zanyu n’umushuzo w’ivyo mushikana mu bintu vyanyu vyeranda vyose+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika