10 Nzobagarukana ndabakuye mu gihugu ca Misiri+; kandi nzobakoraniriza hamwe ndabakuye muri Ashuri+; nzobajana mu gihugu ca Gileyadi+ no muri Libani, kandi ntibazoronka aho bakwirwa+.
31 Na we azotuma abamarayika biwe n’ijwi ry’urumbete rikomeye+, bakoranirize hamwe abatowe biwe+ bo muri ya miyaga ine*+, kuva ku mpera imwe y’ijuru gushika ku yindi.