Yeremiya 50:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Kandi nzogarukana Isirayeli mw’itongo ry’uburagiriro ryiwe+, na we azorisha koko kuri Karumeli+ no kuri Bashani+; mu karere k’imisozi ka Efurayimu+ n’aka Gileyadi+, azohaga.’” Abaroma 11:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Kuko ntashaka, bene wacu, ko mutamenya iri banga ryeranda+, kugira ngo ntimube ab’ubwenge mu maso yanyu bwite: yuko ugukomantaza umutima+ kwashikiye Isirayeli, ariko atari yose, gushika igitigiri cuzuye+ c’abanyamahanga cinjiye+,
19 Kandi nzogarukana Isirayeli mw’itongo ry’uburagiriro ryiwe+, na we azorisha koko kuri Karumeli+ no kuri Bashani+; mu karere k’imisozi ka Efurayimu+ n’aka Gileyadi+, azohaga.’”
25 Kuko ntashaka, bene wacu, ko mutamenya iri banga ryeranda+, kugira ngo ntimube ab’ubwenge mu maso yanyu bwite: yuko ugukomantaza umutima+ kwashikiye Isirayeli, ariko atari yose, gushika igitigiri cuzuye+ c’abanyamahanga cinjiye+,