Abaroma 11:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Tuvuge iki none? Ikintu nyene Isirayeli iriko ironderana ubwira ntiyakironse+, mugabo abatowe+ barakironse. Abasigaye barakomantajwe imitima+; 2 Abakorinto 3:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Ariko ububasha bwabo bwo kwiyumvira bwarapfushe+. Kuko gushika uyu musi nya citwikiro nyene kigumaho igihe hasomwa isezerano rya kera+, kubera ko gikurwaho biciye kuri Kristu+.
7 Tuvuge iki none? Ikintu nyene Isirayeli iriko ironderana ubwira ntiyakironse+, mugabo abatowe+ barakironse. Abasigaye barakomantajwe imitima+;
14 Ariko ububasha bwabo bwo kwiyumvira bwarapfushe+. Kuko gushika uyu musi nya citwikiro nyene kigumaho igihe hasomwa isezerano rya kera+, kubera ko gikurwaho biciye kuri Kristu+.