Abaroma 7:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Mugabo ubu twarabohowe Itegeko+, kubera ko twapfuye+ kuri kirya twari twarafatishijwe, kugira ngo tube abashumba+ mu buryo bushasha biciye ku mpwemu+, atari mu buryo bwa kera biciye ku mategeko yanditse+. Abanyefeso 2:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Biciye ku mubiri wiwe+ yarakuyeho bwa bwankanyi+, rya Tegeko ry’amabwirizwa rigizwe n’ingingo zashinzwe+, kugira ngo vya bisata bibiri+ abirememwo umuntu mushasha umwe+ mu bumwe na we, agarukane amahoro;
6 Mugabo ubu twarabohowe Itegeko+, kubera ko twapfuye+ kuri kirya twari twarafatishijwe, kugira ngo tube abashumba+ mu buryo bushasha biciye ku mpwemu+, atari mu buryo bwa kera biciye ku mategeko yanditse+.
15 Biciye ku mubiri wiwe+ yarakuyeho bwa bwankanyi+, rya Tegeko ry’amabwirizwa rigizwe n’ingingo zashinzwe+, kugira ngo vya bisata bibiri+ abirememwo umuntu mushasha umwe+ mu bumwe na we, agarukane amahoro;