Abaroma 10:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Kuko Kristu ari we herezo ry’Itegeko+, kugira ngo umuntu wese yizera agire ubugororotsi+. Abanyefeso 2:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Biciye ku mubiri wiwe+ yarakuyeho bwa bwankanyi+, rya Tegeko ry’amabwirizwa rigizwe n’ingingo zashinzwe+, kugira ngo vya bisata bibiri+ abirememwo umuntu mushasha umwe+ mu bumwe na we, agarukane amahoro; Abakolosayi 2:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 yongera irahanagura+ ca cete c’iminwe+ caturega, kimwe cari kigizwe n’ingingo zashinzwe+ kikaba kandi caraturwanya+; kandi yaragikuyeho mu kugikomera imisumari+ ku giti co kubabarizwako+.
15 Biciye ku mubiri wiwe+ yarakuyeho bwa bwankanyi+, rya Tegeko ry’amabwirizwa rigizwe n’ingingo zashinzwe+, kugira ngo vya bisata bibiri+ abirememwo umuntu mushasha umwe+ mu bumwe na we, agarukane amahoro;
14 yongera irahanagura+ ca cete c’iminwe+ caturega, kimwe cari kigizwe n’ingingo zashinzwe+ kikaba kandi caraturwanya+; kandi yaragikuyeho mu kugikomera imisumari+ ku giti co kubabarizwako+.