Gusubira mu vyagezwe 4:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Kandi ni ihanga rikomeye irihe rifise ingingo nyobozi zigororotse n’ingingo z’ubutungane nk’iri tegeko ryose ndiko nshira imbere yanyu uno musi+? Abanyefeso 2:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Biciye ku mubiri wiwe+ yarakuyeho bwa bwankanyi+, rya Tegeko ry’amabwirizwa rigizwe n’ingingo zashinzwe+, kugira ngo vya bisata bibiri+ abirememwo umuntu mushasha umwe+ mu bumwe na we, agarukane amahoro;
8 Kandi ni ihanga rikomeye irihe rifise ingingo nyobozi zigororotse n’ingingo z’ubutungane nk’iri tegeko ryose ndiko nshira imbere yanyu uno musi+?
15 Biciye ku mubiri wiwe+ yarakuyeho bwa bwankanyi+, rya Tegeko ry’amabwirizwa rigizwe n’ingingo zashinzwe+, kugira ngo vya bisata bibiri+ abirememwo umuntu mushasha umwe+ mu bumwe na we, agarukane amahoro;