2 Abakorinto 3:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Ariko ububasha bwabo bwo kwiyumvira bwarapfushe+. Kuko gushika uyu musi nya citwikiro nyene kigumaho igihe hasomwa isezerano rya kera+, kubera ko gikurwaho biciye kuri Kristu+.
14 Ariko ububasha bwabo bwo kwiyumvira bwarapfushe+. Kuko gushika uyu musi nya citwikiro nyene kigumaho igihe hasomwa isezerano rya kera+, kubera ko gikurwaho biciye kuri Kristu+.