Abaroma 11:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Nimba rero ugutirimuka kwabo gusobanura ubutunzi kw’isi, ukugabanuka kwabo na kwo kugasobanura ubutunzi ku banyamahanga+, hari akantu igitigiri+ cuzuye cabo! Ivyahishuwe 7:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Maze numva igitigiri c’abadomweko ikidodo: ibihumbi ijana na mirongo ine na bine+, badomweko ikidodo bo mu miryango yose+ ya bene Isirayeli+:
12 Nimba rero ugutirimuka kwabo gusobanura ubutunzi kw’isi, ukugabanuka kwabo na kwo kugasobanura ubutunzi ku banyamahanga+, hari akantu igitigiri+ cuzuye cabo!
4 Maze numva igitigiri c’abadomweko ikidodo: ibihumbi ijana na mirongo ine na bine+, badomweko ikidodo bo mu miryango yose+ ya bene Isirayeli+: