Abaroma 9:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 kugira ngo imenyekanishe ubutunzi+ bw’ubuninahazwa bwayo ku vyombo+ vy’imbabazi, ivyo yateguye imbere y’igihe ku bw’ubuninahazwa+, Abakolosayi 1:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 abo Imana yahimbawe no kumenyesha ubutunzi bw’ubuninahazwa+ bw’iryo banga ryeranda+ mu mahanga. Iryo banga ni Kristu+ yunze ubumwe namwe, icizigiro c’ubuninahazwa bwiwe+.
23 kugira ngo imenyekanishe ubutunzi+ bw’ubuninahazwa bwayo ku vyombo+ vy’imbabazi, ivyo yateguye imbere y’igihe ku bw’ubuninahazwa+,
27 abo Imana yahimbawe no kumenyesha ubutunzi bw’ubuninahazwa+ bw’iryo banga ryeranda+ mu mahanga. Iryo banga ni Kristu+ yunze ubumwe namwe, icizigiro c’ubuninahazwa bwiwe+.