Abaroma 8:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Ku bw’ivyo rero mbona yuko imibabaro+ yo muri iki kiringo ata co ivuze igereranijwe n’ubuninahazwa+ bugiye guhishurwa muri twebwe. 1 Timoteyo 1:1 Bibiliya y’isi nshasha 1 Jewe Paulo, intumwa+ ya Kristu Yezu kw’itegeko ry’Imana+ Umukiza wacu+ n’irya Kristu Yezu, we cizigiro cacu+,
18 Ku bw’ivyo rero mbona yuko imibabaro+ yo muri iki kiringo ata co ivuze igereranijwe n’ubuninahazwa+ bugiye guhishurwa muri twebwe.
1 Jewe Paulo, intumwa+ ya Kristu Yezu kw’itegeko ry’Imana+ Umukiza wacu+ n’irya Kristu Yezu, we cizigiro cacu+,