1 Petero 4:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Ahubwo, mubandanye kunezerwa+ kuko muri abasangira imibabaro ya Kristu+, kugira ngo munezerwe mwongere musesekare umunezero no mu gihe c’ihishurwa+ ry’ubuninahazwa bwiwe.
13 Ahubwo, mubandanye kunezerwa+ kuko muri abasangira imibabaro ya Kristu+, kugira ngo munezerwe mwongere musesekare umunezero no mu gihe c’ihishurwa+ ry’ubuninahazwa bwiwe.