Abanyefeso 3:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 ari ryo ry’uko abanyamahanga bobaye ba samuragwa mu bandi bakaba n’ibihimba bisangiye umubiri+ be n’abasangira natwe wa muhango+ mu bumwe na Kristu Yezu biciye ku nkuru nziza. Abanyefeso 3:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 ngo Kristu acumbike mu mitima yanyu biciye ku kwizera kwanyu, mu rukundo+; ngo mube abashinze imizi+ kandi bahamangiwe ku mushinge+,
6 ari ryo ry’uko abanyamahanga bobaye ba samuragwa mu bandi bakaba n’ibihimba bisangiye umubiri+ be n’abasangira natwe wa muhango+ mu bumwe na Kristu Yezu biciye ku nkuru nziza.
17 ngo Kristu acumbike mu mitima yanyu biciye ku kwizera kwanyu, mu rukundo+; ngo mube abashinze imizi+ kandi bahamangiwe ku mushinge+,