ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Luka 24:49
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 49 Kandi, ehe ngira ndungike kuri mwebwe icasezeranywe na Dawe. Mugabo mwebwe, mugume mu gisagara gushika mwambitswe ububasha buvuye iyo hejuru+.”

  • Ivyakozwe 1:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 mugabo muzoronka ububasha+ impwemu nyeranda niyabazako, kandi muzombera ivyabona+ i Yeruzalemu+ n’i Yudaya hose n’i Samariya+, no gushika mu karere ka kure rwose k’isi+.”

  • Abagalatiya 3:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Kwari ukugira ngo umuhezagiro wa Aburahamu uze biciye kuri Yezu Kristu ku bw’amahanga+, kugira ngo turonke ya mpwemu yasezeranywe+ biciye ku kwizera kwacu+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika