ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yoweli 2:28
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 28 “Kandi inyuma y’ivyo, uku ni ko bitegerezwa kuba: nzosuka impwemu yanje+ ku bari n’umubiri b’ubwoko bwose+, kandi abahungu banyu n’abakobwa banyu+ bazovuga koko ubuhanuzi. Abatama banyu bazorota indoto. N’abasore banyu bazobona ivyo beretswe.

  • Yohani 14:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 nanje nzosaba Data, na we azobaha uwundi mufasha wo kubana namwe ibihe vyose+,

  • Ivyakozwe 1:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Igihe yari kumwe na bo, abaha aya mategeko, ati: “Ntimuve i Yeruzalemu+, ahubwo mugume murindiriye ico Data yasezeranye+, ico mwanyumvanye;

  • Ivyakozwe 2:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 bose buzuzwa impwemu nyeranda+, batangura kuvuga mu zindi ndimi+ nk’uko nya mpwemu yabaha kuvuga.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika