Luka 24:49 Bibiliya y’isi nshasha 49 Kandi, ehe ngira ndungike kuri mwebwe icasezeranywe na Dawe. Mugabo mwebwe, mugume mu gisagara gushika mwambitswe ububasha buvuye iyo hejuru+.” Yohani 15:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Umufasha niyashika, uwo nzobarungikira avuye kuri Data+, ya mpwemu y’ukuri ikomoka kuri Data, uyo ni we azonshingira intahe+; Yohani 16:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Yamara rero, ndababwiye ukuri: Ndiko ndagenda ku neza yanyu. Kuko ntagiye, wa mufasha+ ntazogenda aje kuri mwebwe; mugabo ngiye, nzomubarungikira. Ivyakozwe 1:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 kubera ko mu vy’ukuri Yohani yabatirisha amazi, mugabo mwebwe mukazobatizwa mu mpwemu nyeranda+ mu misi mikeyi iri imbere.” Ivyakozwe 2:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 bose buzuzwa impwemu nyeranda+, batangura kuvuga mu zindi ndimi+ nk’uko nya mpwemu yabaha kuvuga. Abaroma 8:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 N’impwemu+ na yo irahaseruka ngo ifashe mu bugoyagoye bwacu+; kuko ingorane ari uko tutakizi ico dukwiye gusaba Imana iyo tubikeneye+, mugabo impwemu+ ubwayo iratakamba ku bwacu mu miniho itavuzwe.
49 Kandi, ehe ngira ndungike kuri mwebwe icasezeranywe na Dawe. Mugabo mwebwe, mugume mu gisagara gushika mwambitswe ububasha buvuye iyo hejuru+.”
26 Umufasha niyashika, uwo nzobarungikira avuye kuri Data+, ya mpwemu y’ukuri ikomoka kuri Data, uyo ni we azonshingira intahe+;
7 Yamara rero, ndababwiye ukuri: Ndiko ndagenda ku neza yanyu. Kuko ntagiye, wa mufasha+ ntazogenda aje kuri mwebwe; mugabo ngiye, nzomubarungikira.
5 kubera ko mu vy’ukuri Yohani yabatirisha amazi, mugabo mwebwe mukazobatizwa mu mpwemu nyeranda+ mu misi mikeyi iri imbere.”
26 N’impwemu+ na yo irahaseruka ngo ifashe mu bugoyagoye bwacu+; kuko ingorane ari uko tutakizi ico dukwiye gusaba Imana iyo tubikeneye+, mugabo impwemu+ ubwayo iratakamba ku bwacu mu miniho itavuzwe.