Yohani 15:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Umufasha niyashika, uwo nzobarungikira avuye kuri Data+, ya mpwemu y’ukuri ikomoka kuri Data, uyo ni we azonshingira intahe+; 1 Abakorinto 2:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Ariko twebwe ntitwaronse impwemu+ y’isi, ahubwo twaronse impwemu+ iva ku Mana, kugira ngo tumenye ibintu Imana yaduhaye n’umutima ukunze+.
26 Umufasha niyashika, uwo nzobarungikira avuye kuri Data+, ya mpwemu y’ukuri ikomoka kuri Data, uyo ni we azonshingira intahe+;
12 Ariko twebwe ntitwaronse impwemu+ y’isi, ahubwo twaronse impwemu+ iva ku Mana, kugira ngo tumenye ibintu Imana yaduhaye n’umutima ukunze+.