Yohani 14:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 nanje nzosaba Data, na we azobaha uwundi mufasha wo kubana namwe ibihe vyose+, Yohani 16:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Yamara rero, ndababwiye ukuri: Ndiko ndagenda ku neza yanyu. Kuko ntagiye, wa mufasha+ ntazogenda aje kuri mwebwe; mugabo ngiye, nzomubarungikira.
7 Yamara rero, ndababwiye ukuri: Ndiko ndagenda ku neza yanyu. Kuko ntagiye, wa mufasha+ ntazogenda aje kuri mwebwe; mugabo ngiye, nzomubarungikira.