Luka 11:1 Bibiliya y’isi nshasha 11 Igihe kimwe yari ahantu hamwe ariko arasenga. Ahagaritse, umwe mu bigishwa biwe amubwira ati: “Mukama, twigishe gusenga+, nk’uko na Yohani yigishije abigishwa biwe+.”
11 Igihe kimwe yari ahantu hamwe ariko arasenga. Ahagaritse, umwe mu bigishwa biwe amubwira ati: “Mukama, twigishe gusenga+, nk’uko na Yohani yigishije abigishwa biwe+.”