Luka 5:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 Bamubwira bati: “Abigishwa ba Yohani barisonzesha kenshi bakongera bagatura intakambo, kandi n’ab’Abafarizayo ni ko bagira, mugabo abawe baririra bakinywera+.”
33 Bamubwira bati: “Abigishwa ba Yohani barisonzesha kenshi bakongera bagatura intakambo, kandi n’ab’Abafarizayo ni ko bagira, mugabo abawe baririra bakinywera+.”