1 Abakorinto 4:1 Bibiliya y’isi nshasha 4 Umuntu rero natubone nk’aho turi abasuku+ ba Kristu n’ababwiriza+ b’amabanga meranda+ y’Imana. Abanyefeso 3:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Mu yandi mayaruka iryo banga+ ntiryamenyeshejwe abana b’abantu nk’uko ubu ryahishuriwe+ intumwa nyeranda zayo n’abahanuzi+ biciye ku mpwemu,
5 Mu yandi mayaruka iryo banga+ ntiryamenyeshejwe abana b’abantu nk’uko ubu ryahishuriwe+ intumwa nyeranda zayo n’abahanuzi+ biciye ku mpwemu,