Abaroma 11:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Kuko ntashaka, bene wacu, ko mutamenya iri banga ryeranda+, kugira ngo ntimube ab’ubwenge mu maso yanyu bwite: yuko ugukomantaza umutima+ kwashikiye Isirayeli, ariko atari yose, gushika igitigiri cuzuye+ c’abanyamahanga cinjiye+, Abaroma 16:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Imwe+ rero ishoboye kubashikamisha hisunzwe inkuru nziza menyesha be n’iyamamazwa rya Yezu Kristu, nk’uko ihishurwa rya rya banga ryeranda+ ryagumijwe mu gacerere igihe kirekire cane riri,
25 Kuko ntashaka, bene wacu, ko mutamenya iri banga ryeranda+, kugira ngo ntimube ab’ubwenge mu maso yanyu bwite: yuko ugukomantaza umutima+ kwashikiye Isirayeli, ariko atari yose, gushika igitigiri cuzuye+ c’abanyamahanga cinjiye+,
25 Imwe+ rero ishoboye kubashikamisha hisunzwe inkuru nziza menyesha be n’iyamamazwa rya Yezu Kristu, nk’uko ihishurwa rya rya banga ryeranda+ ryagumijwe mu gacerere igihe kirekire cane riri,