Zaburi 34:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Baramwitegereje, barakayangana+,Mu maso habo ntihoshobora kumaramara+. Yesaya 60:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Ico gihe uzobona, ukayangane koko+, kandi umutima wawe uzodegedwa vy’ukuri, waguke, kuko ubutunzi bw’ikiyaga buzoza bukugana; amatunga y’amahanga azoza kuri wewe+.
5 Ico gihe uzobona, ukayangane koko+, kandi umutima wawe uzodegedwa vy’ukuri, waguke, kuko ubutunzi bw’ikiyaga buzoza bukugana; amatunga y’amahanga azoza kuri wewe+.