Yesaya 54:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 “Agura ikibanza c’ihema ryawe+. Nibaramvure ibitambara vy’ihema vy’itaberenakulo yawe ihambaye. Ntiwitinye. Rehura imigozi yawe y’ihema, ukomeze imambo zawe z’ihema+. Yesaya 61:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Nayo mwebwe, muzokwitwa abaherezi ba Yehova+; muzovugwa+ ko muri abasuku+ b’Imana yacu. Muzorya amatunga y’amahanga+, kandi muzokwihaya ubuninahazwa bwabo akamwemwe kabasya+. Hagayi 2:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 “‘Nzotigitisha amahanga yose, maze ibintu bihimbaye vyo mu mahanga yose bizoza ata kabuza+; nzokwuzuza iyi nzu ubuninahazwa+,’ ni ko Yehova nyen’ingabo avuze. Hagayi 2:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 “‘Ifeza ni izanje, n’inzahabu ni izanje+,’ ni ko Yehova nyen’ingabo avuze.
2 “Agura ikibanza c’ihema ryawe+. Nibaramvure ibitambara vy’ihema vy’itaberenakulo yawe ihambaye. Ntiwitinye. Rehura imigozi yawe y’ihema, ukomeze imambo zawe z’ihema+.
6 Nayo mwebwe, muzokwitwa abaherezi ba Yehova+; muzovugwa+ ko muri abasuku+ b’Imana yacu. Muzorya amatunga y’amahanga+, kandi muzokwihaya ubuninahazwa bwabo akamwemwe kabasya+.
7 “‘Nzotigitisha amahanga yose, maze ibintu bihimbaye vyo mu mahanga yose bizoza ata kabuza+; nzokwuzuza iyi nzu ubuninahazwa+,’ ni ko Yehova nyen’ingabo avuze.