ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 23:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 Kandi inyungu yayo n’ingero+ yayo bizocika ikintu ceranda kuri Yehova. Ntibizorundanywa canke ngo bibikwe, kuko ingero yayo izoba iy’ababa imbere ya Yehova+, kugira ngo barye bahage, bambare baberwe+.

  • Yesaya 60:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Ico gihe uzobona, ukayangane koko+, kandi umutima wawe uzodegedwa vy’ukuri, waguke, kuko ubutunzi bw’ikiyaga buzoza bukugana; amatunga y’amahanga azoza kuri wewe+.

  • Yesaya 60:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Imikuku yose y’i Kedari+, izokoranirizwa iwawe. Impfizi z’intama z’i Nebayoti+, zizogukorera+. Zizoduga ku gicaniro canje kandi zemerwe+, kandi nzoshariza inzu yanje y’ubwiza+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika