Yoweli 3:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 “Kandi uku ni ko bitegerezwa kuba kuri uwo musi: imisozi izotonyanga umuvinyu usosa+, imirambi itembe amata, n’inzira z’imigezi za Yuda zose zitembe amazi. Kandi imbizi izotemba ivuye mu nzu ya Yehova+, inyoshe umwonga w’Ibiti vy’Iminyinya+. Zakariya 9:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Yehova nyen’ingabo ubwiwe azobarwanira, kandi bazorotsa+ bongere baneshe amabuye atezwa imigozi. Emwe, bazonywa+, bavuze uruyogoyogo, nk’aho boba banyoye umuvinyu; bazokwuzura nk’ibakure, nk’imfuruka z’igicaniro*+.
18 “Kandi uku ni ko bitegerezwa kuba kuri uwo musi: imisozi izotonyanga umuvinyu usosa+, imirambi itembe amata, n’inzira z’imigezi za Yuda zose zitembe amazi. Kandi imbizi izotemba ivuye mu nzu ya Yehova+, inyoshe umwonga w’Ibiti vy’Iminyinya+.
15 Yehova nyen’ingabo ubwiwe azobarwanira, kandi bazorotsa+ bongere baneshe amabuye atezwa imigozi. Emwe, bazonywa+, bavuze uruyogoyogo, nk’aho boba banyoye umuvinyu; bazokwuzura nk’ibakure, nk’imfuruka z’igicaniro*+.