ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 61:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 guha abagandariye Siyoni, kubaha icambarwa co mu mutwe mu kibanza c’iminyota+, amavuta y’umwigino+ mu kibanza c’ikigandaro, umutamana w’ishemezo mu kibanza c’umutima udendebukiwe+; kandi bazokwitwa vy’ukuri ibiti bininibinini vy’ubugororotsi+, umurima watewe na Yehova+, kugira ngo asharizwe+.

  • Yeremiya 31:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 “Ico gihe umwigeme w’isugi azonezerwa n’intambo, n’imisore nyene be n’abatama, bose hamwe+. Ukugandara kwabo nzoguhindura umwigino, kandi nzobahoza nongere ndabanezereze, ndabakure mu ntuntu yabo+.

  • 2 Abatesalonika 2:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 Vyongeye, Umukama wacu Yezu Kristu ubwiwe be n’Imana Data wa twese yadukunze+ ikaduha uruhoza rw’ibihe bidahera be n’icizigiro ciza+ biciye ku buntu ata wari abukwiriye,

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika