ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ezira 3:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Benshi mu baherezi+ n’Abalewi n’abakuru b’amazu ya ba sekuru+, abatama bari barabonye inzu ya kera+, bariko barira+ n’ijwi rirenga igihe hariko hashingwa umushinge+ w’iyo nzu mu maso yabo, mu gihe abandi benshi bariko bashira ijwi hejuru basemerera kubera akanyamuneza+.

  • Zakariya 8:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 “Ibi ni vyo Yehova nyen’ingabo avuze: ‘Abatama n’abatamakazi bazosubira kwicara mu bibanza vya bose vya Yeruzalemu+, umwe wese afise inkoni yiwe+ mu kuboko kubera amaze imisi myinshi.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika