Yesaya 51:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 «Ni jewe ubwanje ndabahoza+. Kubera iki wotinya umuntu buntu kandi azopfa+,ugatinya umwana w’umuntu azokabirana nk’ivyatsi bitoto?
12 «Ni jewe ubwanje ndabahoza+. Kubera iki wotinya umuntu buntu kandi azopfa+,ugatinya umwana w’umuntu azokabirana nk’ivyatsi bitoto?