Itanguriro 21:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Nuko Aburahamu afata intama n’inka abiha Abimeleki+, maze bompi bagirana isezerano+. Itanguriro 31:44 Bibiliya y’isi nshasha 44 Ubu rero, ingo tugirane isezerano+, jewe nawe, kandi rizoba icabona hagati yanje nawe+.”