ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 21:30
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 30 Maze avuga ati: “Wakire mu kuboko kwanje iyo myagazi y’intama y’amashashi indwi, kugira bimbere icabona+ yuko nimvye iri riba.”

  • Yosuwa 22:27
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 27 mugabo kugira kibe icabona hagati yacu+ namwe be n’amayaruka yacu hanyuma yacu, yuko tuzokora igikorwa ca Yehova imbere yiwe tumushikanira amashikanwa yacu aturirwa n’ibimazi vyacu n’ibimazi vyacu vy’ugusangira+, kugira abana banyu ntibaze babwire abana bacu mu gihe kizoza ngo: “Nta muturi mufise muri Yehova.”’

  • 3 Yohani 12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Demetiriyo yarashingiwe intahe na bose+ be n’ukuri ubwakwo. Nkako, na twebwe turashinga intahe+, kandi urazi yuko intahe dushinga ari iy’ukuri+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika