Yohani 19:35 Bibiliya y’isi nshasha 35 Kandi uwabibonye yarashinze intahe, kandi intahe yiwe ni iy’ukuri, kandi uwo muntu arazi ko avuga ibintu vy’ukuri, kugira ngo namwe mwemere+.
35 Kandi uwabibonye yarashinze intahe, kandi intahe yiwe ni iy’ukuri, kandi uwo muntu arazi ko avuga ibintu vy’ukuri, kugira ngo namwe mwemere+.