Yohani 20:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Mugabo ibi vyaranditswe+ kugira ngo mwemere yuko Yezu ari we Kristu Umwana w’Imana, no kugira ngo, kubera ukwizera+, mugire ubuzima biciye kw’izina ryiwe. Yohani 21:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Uwo ni we mwigishwa+ ashingira intahe ivyo bintu ari na we yavyanditse, kandi turazi yuko intahe ashinga ari iy’ukuri+. 1 Yohani 1:1 Bibiliya y’isi nshasha 1 Kimwe cariho kuva mu ntango+, ico twumvise+, ico twabonye n’amaso yacu+, ico twitegereje neza+ n’amaboko yacu akagikorakora+, ku vyerekeye rya jambo ry’ubuzima+
31 Mugabo ibi vyaranditswe+ kugira ngo mwemere yuko Yezu ari we Kristu Umwana w’Imana, no kugira ngo, kubera ukwizera+, mugire ubuzima biciye kw’izina ryiwe.
24 Uwo ni we mwigishwa+ ashingira intahe ivyo bintu ari na we yavyanditse, kandi turazi yuko intahe ashinga ari iy’ukuri+.
1 Kimwe cariho kuva mu ntango+, ico twumvise+, ico twabonye n’amaso yacu+, ico twitegereje neza+ n’amaboko yacu akagikorakora+, ku vyerekeye rya jambo ry’ubuzima+