ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Yohani 2:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Bakundwa, sindabandikiye ibwirizwa rishasha, ahubwo ndabandikiye ibwirizwa rya kera+ mwaronse kuva mu ntango+. Iryo bwirizwa rya kera ni rya jambo mwumvise.

  • 1 Yohani 2:24
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 24 Nayo mwebwe, ico mwumvise guhera mu ntango nikigume muri mwebwe+. Nimba ico mwumvise guhera mu ntango kiguma muri mwebwe, muzoguma kandi mwunze ubumwe+ n’Umwana, mwunze ubumwe kandi na Data+.

  • 1 Yohani 3:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Kuko ubu ari bwo butumwa mwumvise guhera mu ntango+: yuko dukwiye gukundana+;

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika