Yohani 14:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Yezu amwishura ati: “Nimba umuntu ankunda, azokwubahiriza+ ijambo ryanje, kandi Dawe azomukunda, kandi tuzoza kuri we tubane na we+. 2 Yohani 6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Kandi iki ni co urukundo rusobanura+: ni uko tubandanya kugenda twisunga amabwirizwa yayo+. Iryo ni ryo bwirizwa, nk’uko mwaryumvise guhera mu ntango: yuko mukwiye kubandanya murugenderamwo+.
23 Yezu amwishura ati: “Nimba umuntu ankunda, azokwubahiriza+ ijambo ryanje, kandi Dawe azomukunda, kandi tuzoza kuri we tubane na we+.
6 Kandi iki ni co urukundo rusobanura+: ni uko tubandanya kugenda twisunga amabwirizwa yayo+. Iryo ni ryo bwirizwa, nk’uko mwaryumvise guhera mu ntango: yuko mukwiye kubandanya murugenderamwo+.