1 Yohani 2:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Nayo mwebwe, ico mwumvise guhera mu ntango nikigume muri mwebwe+. Nimba ico mwumvise guhera mu ntango kiguma muri mwebwe, muzoguma kandi mwunze ubumwe+ n’Umwana, mwunze ubumwe kandi na Data+. Ivyahishuwe 3:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Ehe mpagaze ku muryango+ ndodora. Nihagira uwumva ijwi ryanje akugurura umuryango+, nzokwinjira mu nzu yiwe nsangire na we imfungurwa zo ku mugoroba, na we asangire nanje.
24 Nayo mwebwe, ico mwumvise guhera mu ntango nikigume muri mwebwe+. Nimba ico mwumvise guhera mu ntango kiguma muri mwebwe, muzoguma kandi mwunze ubumwe+ n’Umwana, mwunze ubumwe kandi na Data+.
20 Ehe mpagaze ku muryango+ ndodora. Nihagira uwumva ijwi ryanje akugurura umuryango+, nzokwinjira mu nzu yiwe nsangire na we imfungurwa zo ku mugoroba, na we asangire nanje.