Yohani 14:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Uwufise amabwirizwa yanje kandi akayubahiriza, uwo ni we ankunda+. Uwunkunda na we azokundwa na Dawe, nanje nzomukunda, kandi nzomwiyereka bimwe bitomoye.”
21 Uwufise amabwirizwa yanje kandi akayubahiriza, uwo ni we ankunda+. Uwunkunda na we azokundwa na Dawe, nanje nzomukunda, kandi nzomwiyereka bimwe bitomoye.”