1 Yohani 2:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Mugabo uwo wese yubahiriza ijambo ryiwe+, vy’ukuri muri uyo muntu ugukunda Imana kuba kwaragizwe ukutagira akanenge+. Ico ni co tumenyerako yuko twunze ubumwe na we+. 1 Yohani 5:1 Bibiliya y’isi nshasha 5 Umuntu wese yemera yuko Yezu ari we Kristu, yavutse ku Mana+, kandi umuntu wese akunda uwatumye ivuka rishoboka arakunda uwavutse kuri uyo+.
5 Mugabo uwo wese yubahiriza ijambo ryiwe+, vy’ukuri muri uyo muntu ugukunda Imana kuba kwaragizwe ukutagira akanenge+. Ico ni co tumenyerako yuko twunze ubumwe na we+.
5 Umuntu wese yemera yuko Yezu ari we Kristu, yavutse ku Mana+, kandi umuntu wese akunda uwatumye ivuka rishoboka arakunda uwavutse kuri uyo+.